BBC yabwiwe ko umuhari ugendera ku vyiyumviro bikaze vy'amacakubiri no kwanka abanyamahanga ukwiye gufutwa kandi abawugize igipolisi kikabagirako amatohoza, ni inyuma y'aho BBC, mw'ibanga, ifatiye ...